Zakariya 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mu mwaka ugira kane umwami Dariyo aganza, Yehova avugana na Zakariya+ ku musi ugira kane w’ukwezi kugira icenda kwitwa Kisilevu*.
7 Mu mwaka ugira kane umwami Dariyo aganza, Yehova avugana na Zakariya+ ku musi ugira kane w’ukwezi kugira icenda kwitwa Kisilevu*.