Zakariya 7:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 babwire abaherezi bo mu nzu* ya Yehova Nyeningabo n’abahanuzi bati: «Mbega tuzorire mu kwezi kugira gatanu+, twiyime n’ibifungurwa, nk’uko tumaze imyaka myinshi tubigira*?»
3 babwire abaherezi bo mu nzu* ya Yehova Nyeningabo n’abahanuzi bati: «Mbega tuzorire mu kwezi kugira gatanu+, twiyime n’ibifungurwa, nk’uko tumaze imyaka myinshi tubigira*?»