Zakariya 8:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 «Yehova Nyeningabo avuze ati: “Amaboko yanyu nakomere*+, mwebwe ubu mwumva amajambo ava mu kanwa k’abahanuzi+, ya majambo nyene yavugwa umusi hashingwa umushinge w’inzu ya Yehova Nyeningabo kugira ngo urusengero rwubakwe.
9 «Yehova Nyeningabo avuze ati: “Amaboko yanyu nakomere*+, mwebwe ubu mwumva amajambo ava mu kanwa k’abahanuzi+, ya majambo nyene yavugwa umusi hashingwa umushinge w’inzu ya Yehova Nyeningabo kugira ngo urusengero rwubakwe.