Zakariya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nzofora Ubuyuda* nk’umuheto wanje. Nzoshira Efurayimu ku muheto nk’umwampi,mpagurutse abana bawe, ewe Siyoni,barwanye abana bawe, ewe Bugiriki.Nzokugira nk’inkota y’umurwanyi, ewe Siyoni.”
13 Nzofora Ubuyuda* nk’umuheto wanje. Nzoshira Efurayimu ku muheto nk’umwampi,mpagurutse abana bawe, ewe Siyoni,barwanye abana bawe, ewe Bugiriki.Nzokugira nk’inkota y’umurwanyi, ewe Siyoni.”