Zakariya 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova azoboneka hejuru yabo,kandi umwampi wiwe uzofyiruka nk’umuravyo. Umukama Segaba Yehova azovuza inzamba+,ajane n’ibihuhusi vyo mu bumanuko.
14 Yehova azoboneka hejuru yabo,kandi umwampi wiwe uzofyiruka nk’umuravyo. Umukama Segaba Yehova azovuza inzamba+,ajane n’ibihuhusi vyo mu bumanuko.