Zakariya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kuri uwo musi, Yehova Imana yabo azobakiza,akize ubusho bwiwe, abantu biwe+.Bazoba nk’amabuye y’agaciro yo ku rugori, aca ibibatsi ku butaka bwiwe+.
16 Kuri uwo musi, Yehova Imana yabo azobakiza,akize ubusho bwiwe, abantu biwe+.Bazoba nk’amabuye y’agaciro yo ku rugori, aca ibibatsi ku butaka bwiwe+.