-
Zakariya 10:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Bigana indoto ata co zimaze,
bakagerageza guhoza abantu, ntihagire ikivamwo.
Ni co gituma bazokwangara nk’intama,
bazomererwa nabi kuko ata mwungere ariho.
-