-
Zakariya 10:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Naho ndabasanzariza mu mahanga nk’imbuto,
bazonyibuka bari mu turere twa kure.
Bo n’abana babo bazogarura agatege maze bagaruke.
-
9 Naho ndabasanzariza mu mahanga nk’imbuto,
bazonyibuka bari mu turere twa kure.
Bo n’abana babo bazogarura agatege maze bagaruke.