Zakariya 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nzoca mu kiyaga kigire amarushwa,nkubite imipfunda yo mu kiyaga+.Amazi yose ya Nili nzoyakamya gushika hasi epfo. Ubwishime bwa Ashuri buzoshirwa hasi,agakoni k’ubwami ka Misiri kaveho+.
11 Nzoca mu kiyaga kigire amarushwa,nkubite imipfunda yo mu kiyaga+.Amazi yose ya Nili nzoyakamya gushika hasi epfo. Ubwishime bwa Ashuri buzoshirwa hasi,agakoni k’ubwami ka Misiri kaveho+.