-
Zakariya 11:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Yehova avuze ati: “Sinzosubira kugirira impuhwe ababa mu gihugu. Nzotuma rero umwe wese agwa mu maboko ya mugenziwe no mu maboko y’umwami wiwe. Bazotikiza igihugu, kandi nta we nzorokora ngo ndamukure mu maboko yabo.”»
-