Zakariya 11:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nuko ntangura kuragira intama zigenewe gukererwa+, ndabigira ku bwanyu, yemwe ntama zigorewe zo mu busho. Ndaheza ntora inkoni zibiri. Imwe ndayita Gikundiro, iyindi na yo ndayita Bumwe+, maze ntangura kuragira intama.
7 Nuko ntangura kuragira intama zigenewe gukererwa+, ndabigira ku bwanyu, yemwe ntama zigorewe zo mu busho. Ndaheza ntora inkoni zibiri. Imwe ndayita Gikundiro, iyindi na yo ndayita Bumwe+, maze ntangura kuragira intama.