Zakariya 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ibi ni vyo Imana imenyesheje: «Ubu ni ubutumwa bwa Yehova bwerekeye Isirayeli», ni ko Yehova avuze,umwe yaramvuye ijuru+,agashinga umushinge w’isi+kandi akarema impwemu* iri mu muntu.
12 Ibi ni vyo Imana imenyesheje: «Ubu ni ubutumwa bwa Yehova bwerekeye Isirayeli», ni ko Yehova avuze,umwe yaramvuye ijuru+,agashinga umushinge w’isi+kandi akarema impwemu* iri mu muntu.