-
Zakariya 12:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Yehova avuze ati: «Kuri uwo musi amafarasi yose nzoyatera ubwoba, abayagenderako ndabateze ibisazi. Nzogumiza amaso ku Buyuda, mugabo amafarasi yose y’amahanga nzoyateza uruhumyi.
-