Zakariya 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuri uwo musi, Yehova azokingira ababa i Yeruzalemu impande zose+. Kuri uwo musi uwuzotsitara* muri bo azoba nka Dawidi, umuryango wa Dawidi na wo ube nk’Imana, nk’umumarayika wa Yehova abaja imbere+. Zekariya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:8 Umunara w’Inderetsi,15/12/2007, rup. 25
8 Kuri uwo musi, Yehova azokingira ababa i Yeruzalemu impande zose+. Kuri uwo musi uwuzotsitara* muri bo azoba nka Dawidi, umuryango wa Dawidi na wo ube nk’Imana, nk’umumarayika wa Yehova abaja imbere+.