Zakariya 12:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nzosuka ku muryango wa Dawidi no ku baba i Yeruzalemu impwemu y’ugushimwa n’ukwinginga. Bazoraba uwo basogose+, bamuborogere nk’ababorogera umwana w’ikinege. Bazomugandarira batuntuye cane nk’abagandariye umwana w’imfura. Zekariya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:10 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 15 Yezu ni inzira, rup. 303 Umunara w’Inderetsi,15/8/2011, rup. 16
10 Nzosuka ku muryango wa Dawidi no ku baba i Yeruzalemu impwemu y’ugushimwa n’ukwinginga. Bazoraba uwo basogose+, bamuborogere nk’ababorogera umwana w’ikinege. Bazomugandarira batuntuye cane nk’abagandariye umwana w’imfura.
12:10 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 15 Yezu ni inzira, rup. 303 Umunara w’Inderetsi,15/8/2011, rup. 16