-
Zakariya 14:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Nzokoranya amahanga yose kugira atere Yeruzalemu. Ico gisagara kizofatwa, amazu asahurwe, n’abagore bashurashuzwe ku nguvu. Ica kabiri c’ababa mu gisagara bazoja mu bunyagano, ariko abantu bazosigara ntibazorandurwa mu gisagara.
-