-
Zakariya 14:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Igihugu cose kizoba nk’akarere ka Araba+, kuva i Geba+ gushika i Rimoni+ mu bumanuko bwa Yeruzalemu. Yeruzalemu izoshirwa hejuru aho yahora, abantu basubire kuyibamwo+, kuva kw’irembo rya Benyamini+ gushika ahari irembo rya mbere, kugenda gushika kw’irembo ryo mu mfuruka, no kuva ku munara wa Hananeli+ gushika ku nganiro z’umuvinyu* z’umwami.
-