Zakariya 14:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abantu bazobayo, kandi ntihazosubira kuvumwa ngo hatikizwe+. Abantu bazoba i Yeruzalemu mu mutekano+.
11 Abantu bazobayo, kandi ntihazosubira kuvumwa ngo hatikizwe+. Abantu bazoba i Yeruzalemu mu mutekano+.