Zakariya 14:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo abo mu miryango yo kw’isi batazoduga i Yeruzalemu kwunamira wa Mwami Yehova Nyeningabo, ntibazoronka imvura+.
17 Mugabo abo mu miryango yo kw’isi batazoduga i Yeruzalemu kwunamira wa Mwami Yehova Nyeningabo, ntibazoronka imvura+.