-
Zakariya 14:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Abantu bo mu Misiri nibatadugayo, nta mvura bazoronka. Ahubwo bazoterwa n’ikiza Yehova azoteza amahanga ataduga guhimbaza umusi mukuru w’insago.
-