Malaki 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 «Naho Edomu avuga ngo: “Twarajanjaguwe, ariko tuzogaruka dusanure ivyatikijwe”, Yehova Nyeningabo avuze ati: “Bazokwubaka, nanje nsambure. Bazokwitwa ‘akarere k’ububisha’, bitwe kandi ‘abantu Yehova yaciriye urubanza rw’ibihe bidahera+.’
4 «Naho Edomu avuga ngo: “Twarajanjaguwe, ariko tuzogaruka dusanure ivyatikijwe”, Yehova Nyeningabo avuze ati: “Bazokwubaka, nanje nsambure. Bazokwitwa ‘akarere k’ububisha’, bitwe kandi ‘abantu Yehova yaciriye urubanza rw’ibihe bidahera+.’