Malaki 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Muvuga kandi muti: “Ewe muruho uraho!”, mukabiraba nk’akanuka», ni ko Yehova Nyeningabo avuze. «Muzana ibitungwa vy’ivyibano, ibicumbagira n’ibirwaye. Iyo ni yo ngabire mwubahuka kunzanira. Hanyuma ngo ndayibakirire+?», ni ko Yehova avuze. Malaki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:13 Umunara w’Inderetsi,1/5/2002, rup. 21-22
13 Muvuga kandi muti: “Ewe muruho uraho!”, mukabiraba nk’akanuka», ni ko Yehova Nyeningabo avuze. «Muzana ibitungwa vy’ivyibano, ibicumbagira n’ibirwaye. Iyo ni yo ngabire mwubahuka kunzanira. Hanyuma ngo ndayibakirire+?», ni ko Yehova avuze.