Malaki 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Amategeko* y’ukuri yari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyumvikana ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu bugororotsi+, kandi yaragaruye benshi bava mu vyaha. Malaki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:6 Umunara w’Inderetsi,1/5/2002, rup. 24
6 Amategeko* y’ukuri yari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyumvikana ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu bugororotsi+, kandi yaragaruye benshi bava mu vyaha.