Malaki 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 «Mbega twese ntidufise data umwe+? Mbega Imana yaturemye si imwe? Kubera iki none duhemukiranira+, tugahumanya isezerano rya ba sogokuruza? Malaki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:10 Umunara w’Inderetsi,1/5/2002, rup. 25-26
10 «Mbega twese ntidufise data umwe+? Mbega Imana yaturemye si imwe? Kubera iki none duhemukiranira+, tugahumanya isezerano rya ba sogokuruza?