Malaki 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko hariho umwe atabikoze, kuko yari afise igice gisigaye c’impwemu y’Imana. None yarondera iki? Uruvyaro* rw’Imana. Mwirinde rero ku bijanye n’agatima mufise, kandi ntimuhemukire umugore wo mu buto bwanyu. Malaki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:15 Umunara w’Inderetsi,1/5/2002, rup. 27
15 Ariko hariho umwe atabikoze, kuko yari afise igice gisigaye c’impwemu y’Imana. None yarondera iki? Uruvyaro* rw’Imana. Mwirinde rero ku bijanye n’agatima mufise, kandi ntimuhemukire umugore wo mu buto bwanyu.