Matayo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Jewe ndababatiza mu mazi kuko mwigaya+. Mugabo uwuriko araza inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi simbereye no kumwambura ibirato*+. Uwo azobabatiza mu mpwemu nyeranda+ no mu muriro+.
11 Jewe ndababatiza mu mazi kuko mwigaya+. Mugabo uwuriko araza inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi simbereye no kumwambura ibirato*+. Uwo azobabatiza mu mpwemu nyeranda+ no mu muriro+.