Matayo 4:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Hanyuma Shetani*+ aramwegera, amubwira ati: «Nimba uri umwana w’Imana, bwira aya mabuye acike imikate.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:3 Yezu ni inzira, rup. 36 “Urukundo rw’Imana,” rup. 188 ‘Ingo unkurikire’, rup. 60
3 Hanyuma Shetani*+ aramwegera, amubwira ati: «Nimba uri umwana w’Imana, bwira aya mabuye acike imikate.»