Matayo 4:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Inkuru yiwe iraheza ikwira i Siriya hose. Bamuzanira abantu bose bafise indwara zitandukanye n’ububabare butandukanye+, abarwaye amadayimoni+, intandara+ n’abafise ubumuga, na we arabakiza.
24 Inkuru yiwe iraheza ikwira i Siriya hose. Bamuzanira abantu bose bafise indwara zitandukanye n’ububabare butandukanye+, abarwaye amadayimoni+, intandara+ n’abafise ubumuga, na we arabakiza.