Matayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yezu avyumvise arumirwa. Aca abwira abariko bamukurikira ati: «Ndababwije ukuri, nta muntu afise ukwizera kungana gutya nari bwabone muri Isirayeli+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:10 Umunara w’Inderetsi,15/8/2002, rup. 13
10 Yezu avyumvise arumirwa. Aca abwira abariko bamukurikira ati: «Ndababwije ukuri, nta muntu afise ukwizera kungana gutya nari bwabone muri Isirayeli+.