-
Matayo 8:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Hageze ku mugoroba, bamuzanira abantu benshi barimwo amadayimoni. Yapfa kuvuga rimwe gusa, izo mpwemu mbi zigaca ziruka. Akiza abantu bose bari barwaye,
-