Matayo 8:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Uwundi mwigishwa amubwira ati: «Mukama, reka mbanze nje guhamba dawe+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:21 Yezu ni inzira, rup. 155