Matayo 8:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ariko ababwira ati: «Kubera iki mutinya cane*, ga mwa bantu b’ukwizera guke+?» Aca arahaguruka, akankamira uwo muyaga n’ikiyaga. Haca haratekana cane+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:26 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2021, rup. 22 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 16 Yezu ni inzira, rup. 113
26 Ariko ababwira ati: «Kubera iki mutinya cane*, ga mwa bantu b’ukwizera guke+?» Aca arahaguruka, akankamira uwo muyaga n’ikiyaga. Haca haratekana cane+.
8:26 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2021, rup. 22 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 16 Yezu ni inzira, rup. 113