-
Matayo 8:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Aca ayishura ati: «Genda!» Nya madayimoni aca ava muri nya bantu, aja muri izo ngurube. Ubwo busho bwose buca bushunguruka imanga, bugwa mu kiyaga maze burapfa.
-