Matayo 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mu nyuma, igihe Yezu yari mu nzu ariko arafungura*, haza abatozakori n’abacumuzi benshi, batangura gusangira na we hamwe n’abigishwa biwe+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:10 Yezu ni inzira, rup. 68
10 Mu nyuma, igihe Yezu yari mu nzu ariko arafungura*, haza abatozakori n’abacumuzi benshi, batangura gusangira na we hamwe n’abigishwa biwe+.