Matayo 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yezu abumvise, aca ababwira ati: «Abakomeye ntibakenera umuganga, ahubwo abarwaye ni bo bamukenera+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:12 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2017, rup. 16-17 Yezu ni inzira, rup. 68
12 Yezu abumvise, aca ababwira ati: «Abakomeye ntibakenera umuganga, ahubwo abarwaye ni bo bamukenera+.