Matayo 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Yezu abishura ati: «None abagenzi b’umukwe hari impamvu bafise yo kugandara kandi umukwe+ akiri kumwe na bo? Ariko hazogera igihe umukwe akurwe muri bo+, ico gihe rero bazoheza bisonzeshe. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:15 Yezu ni inzira, rup. 70
15 Yezu abishura ati: «None abagenzi b’umukwe hari impamvu bafise yo kugandara kandi umukwe+ akiri kumwe na bo? Ariko hazogera igihe umukwe akurwe muri bo+, ico gihe rero bazoheza bisonzeshe.