Matayo 9:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Eka kandi nta bashira umuvinyu mushasha mu mikuza* ishaje. Babigize iyo mikuza iraturika maze umuvinyu ugaseseka, imikuza ikaba yononekaye. Ahubwo umuvinyu mushasha bawushira mu mikuza mishasha, maze vyose bikazigamwa.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:17 Yezu ni inzira, rup. 70
17 Eka kandi nta bashira umuvinyu mushasha mu mikuza* ishaje. Babigize iyo mikuza iraturika maze umuvinyu ugaseseka, imikuza ikaba yononekaye. Ahubwo umuvinyu mushasha bawushira mu mikuza mishasha, maze vyose bikazigamwa.»