Matayo 9:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Akiriko arababwira ivyo bintu, umutware umwe aramwegera maze aramwunamira*, amubwira ati: «Nibaza ko ubu umukobwa wanje yamaze gupfa, ariko ngwino umurambikeko ibiganza, arasubira kuba muzima+.»
18 Akiriko arababwira ivyo bintu, umutware umwe aramwegera maze aramwunamira*, amubwira ati: «Nibaza ko ubu umukobwa wanje yamaze gupfa, ariko ngwino umurambikeko ibiganza, arasubira kuba muzima+.»