Matayo 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Muri ico gihe, Yezu aca mu mirima y’ingano kw’isabato. Abigishwa biwe barasonza, hanyuma batangura kwaha* amahundo y’intete bararya+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:1 Yezu ni inzira, rup. 76
12 Muri ico gihe, Yezu aca mu mirima y’ingano kw’isabato. Abigishwa biwe barasonza, hanyuma batangura kwaha* amahundo y’intete bararya+.