Matayo 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Iyo muba mwaratahuye insobanuro y’aya majambo ngo: “Ico nshaka ni imbabazi+, si ibimazi+”, ntimwari gutsindisha abantu b’intungane.
7 Iyo muba mwaratahuye insobanuro y’aya majambo ngo: “Ico nshaka ni imbabazi+, si ibimazi+”, ntimwari gutsindisha abantu b’intungane.