-
Matayo 12:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Hanyuma bamuzanira umuntu arimwo idayimoni, w’impumyi kandi w’umuragi, na we aramukiza ku buryo asubira kuvuga no kubona.