Matayo 12:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nk’akarorero, uwo wese avuga nabi Umwana w’umuntu azobabarirwa+. Ariko uwo wese avuga nabi impwemu nyeranda ntazobabarirwa, haba muri iki gihe* canke mu gihe kizoza+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:32 Yezu ni inzira, rup. 103
32 Nk’akarorero, uwo wese avuga nabi Umwana w’umuntu azobabarirwa+. Ariko uwo wese avuga nabi impwemu nyeranda ntazobabarirwa, haba muri iki gihe* canke mu gihe kizoza+.