Matayo 12:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nimutume igiti kiba ciza maze ivyamwa vyaco bibe vyiza, canke mutume igiti kiba kibi* maze ivyamwa vyaco bibe bibi*. Kuko igiti kimenyekanira ku vyamwa vyaco+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:33 Yezu ni inzira, rup. 104
33 Nimutume igiti kiba ciza maze ivyamwa vyaco bibe vyiza, canke mutume igiti kiba kibi* maze ivyamwa vyaco bibe bibi*. Kuko igiti kimenyekanira ku vyamwa vyaco+.