Matayo 12:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Ndababwiye ko ku musi w’urubanza abantu bazobazwa+ ibintu vyose bitagira akamaro bavuga. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:36 Yezu ni inzira, rup. 104