Matayo 12:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi runini+, ni ko n’Umwana w’umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda* y’isi+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:40 Yezu ni inzira, rup. 104-105 Umunara w’Inderetsi,15/3/2003, rup. 17-18
40 Nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi runini+, ni ko n’Umwana w’umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda* y’isi+.