Matayo 12:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Ku musi w’urubanza, wa mwamikazi wo mu bumanuko azozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe abatsindishe, kuko yaje avuye ku mpera y’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo+. Ariko ng’aha hari uwuruta Salomo+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:42 ‘Ingo unkurikire’, rup. 83
42 Ku musi w’urubanza, wa mwamikazi wo mu bumanuko azozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe abatsindishe, kuko yaje avuye ku mpera y’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo+. Ariko ng’aha hari uwuruta Salomo+.