Matayo 12:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Ica igenda kurondera izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha, maze zikinjira muri iyo nzu zikiberayo. Amaherezo, ivy’uwo muntu biba bibi kuruta ivya mbere+. Ivyo nyene ni vyo bizoshikira uru runganwe rw’abantu babi.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:45 Yezu ni inzira, rup. 105
45 Ica igenda kurondera izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha, maze zikinjira muri iyo nzu zikiberayo. Amaherezo, ivy’uwo muntu biba bibi kuruta ivya mbere+. Ivyo nyene ni vyo bizoshikira uru runganwe rw’abantu babi.»