Matayo 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Amasinzi y’abantu amuhundarako, ku buryo yurira ubwato abwicaramwo. Isinzi ryose ryari rihagaze ku nkengera y’ikiyaga+.
2 Amasinzi y’abantu amuhundarako, ku buryo yurira ubwato abwicaramwo. Isinzi ryose ryari rihagaze ku nkengera y’ikiyaga+.