Matayo 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ubuhanuzi bwa Yesaya burabarangukirako, kuko buvuga buti: “Muzokwumva ariko nta na kimwe muzotahura, kandi muzokwitegereza ariko nta na kimwe muzobona+.
14 Ubuhanuzi bwa Yesaya burabarangukirako, kuko buvuga buti: “Muzokwumva ariko nta na kimwe muzotahura, kandi muzokwitegereza ariko nta na kimwe muzobona+.