Matayo 13:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 kugira haranguke ivyo umuhanuzi yari yaravuze ati: «Ngira nteranure akanwa mvugire mu bigereranyo, ntangaze ibintu vyanyegejwe kuva kera cane*+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:35 Umunara w’Inderetsi,15/8/2011, rup. 111/9/2002, rup. 13-14 ‘Ingo unkurikire’, rup. 119
35 kugira haranguke ivyo umuhanuzi yari yaravuze ati: «Ngira nteranure akanwa mvugire mu bigereranyo, ntangaze ibintu vyanyegejwe kuva kera cane*+.»